Yesaya 44:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Raba! Abagenzi biwe bose bazomaramara+, kandi abahinguzi b’utugenegene ni abo mu bantu bakuwe mw’ivu. Bose uko bangana bazokwikoraniriza hamwe+. Bazohagarara badakakaza. Bazogira ubwoba. Bazomaramarira icarimwe+.
11 Raba! Abagenzi biwe bose bazomaramara+, kandi abahinguzi b’utugenegene ni abo mu bantu bakuwe mw’ivu. Bose uko bangana bazokwikoraniriza hamwe+. Bazohagarara badakakaza. Bazogira ubwoba. Bazomaramarira icarimwe+.