ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ehe hari ijwi ry’ugutabaza ry’umukobwa w’abantu banje ryumvikanira mu gihugu ca kure+ riti: “Mbega Yehova ntari i Siyoni+? Canke umwami waho si yo ari+?”

      “Kubera iki none bambabarishije ibishusho vyabo bibajwe, imana zabo z’inyamahanga zitagira mvura+?”

  • Yeremiya 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika