ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 34:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Yehova arafise inkota; itegerezwa kwuzuzwa amaraso+; itegerezwa gukíma kubera ikinure, kubera amaraso y’impfizi z’intama z’imikangara n’amasuguru y’impene, kubera ikinure+ c’amafyigo y’impfizi z’intama. Kuko Yehova afise ikimazi i Bozira, n’ikeragura rikomeye mu gihugu ca Edomu+.

  • Yeremiya 50:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugandagure ibimasa vyiwe vyose+. Nibimanuke gukererwa+. Biragowe, kuko umusi wavyo ushitse, egome, igihe co kuvyitaho+!

  • Ezekiyeli 39:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Muzorya inyama z’abanyenkomezi+, munywe n’amaraso y’abakuru b’isi: impfizi z’intama, amasuguru y’intama y’imikangara+, n’amasuguru y’impene, ibimasa+, ibitungwa bikiri bito binuze vy’i Bashani vyose hamwe+.

  • Zakariya 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Ishavu ryanje rirurumbiye abungere+, kandi nzogira ico mbaza+ indongozi zimeze nk’amasuguru y’impene+; kuko Yehova nyen’ingabo yitayeho ubusho bwiwe+, inzu ya Yuda, kandi akaba yabagize nk’ifarasi yiwe+ y’iteka mu rugamba.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika