-
Ezekiyeli 34:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye abo bungere+, kandi nzokwishuza koko intama zanje mu kuboko kwabo, ndababuze kubandanya bagaburira intama zanje+, kandi abo bungere ntibazokwongera kwigaburira ubwabo+; nanje nzokiza intama zanje ndazikure mu kanwa kabo, kandi ntizizoba indya zabo+.’”
-