Yeremiya 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Isenyuka ku rindi, ivyo ni vyo basemereye, kuko igihugu cose kinyazwe+. Amahema yanje anyazwe bukwi na bukwi+, ibitambara vy’ihema vyanje binyazwe mu kanya gatoyi. Gucura intimba 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yashinze ikirenge ku muheto wiwe nk’umwansi+. Ukuryo kwiwe+ kwafashe ikibanzaNk’umurwanizi+, kandi yagumye yica abaryoheye ijisho bose+.Yasutse ubushangashirwe bwiwe mw’ihema+ ry’umukobwa wa Siyoni, nk’umuriro+.
20 Isenyuka ku rindi, ivyo ni vyo basemereye, kuko igihugu cose kinyazwe+. Amahema yanje anyazwe bukwi na bukwi+, ibitambara vy’ihema vyanje binyazwe mu kanya gatoyi.
4 Yashinze ikirenge ku muheto wiwe nk’umwansi+. Ukuryo kwiwe+ kwafashe ikibanzaNk’umurwanizi+, kandi yagumye yica abaryoheye ijisho bose+.Yasutse ubushangashirwe bwiwe mw’ihema+ ry’umukobwa wa Siyoni, nk’umuriro+.