Zaburi 119:101 Bibiliya y’isi nshasha 101 Natangiriye ibirenge vyanje ndabibuza umunyuro mubi wose+,Kugira ngumye ijambo ryawe+. Yeremiya 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nubuze ikirenge cawe gucika ikirenge kiri amenya, n’umuhogo wawe kugira inyota+. Mugabo wavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa+! Oya, ahubwo nakunze ab’ahandi+, kandi nzobakurikira+.’
25 Nubuze ikirenge cawe gucika ikirenge kiri amenya, n’umuhogo wawe kugira inyota+. Mugabo wavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa+! Oya, ahubwo nakunze ab’ahandi+, kandi nzobakurikira+.’