ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nzokwerekana ko ntagira amahinyu kuri yo+,

      Kandi nzokwirinda ntihagire ikosa rimbako+.

  • Zaburi 119:59
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  59 Nararimbuye inzira zanje+,

      Kugira nsubize ibirenge vyanje ku vyibutsa vyawe+.

  • Imigani 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 mwananje, ntujane mu nzira na bo+. Buza ikirenge cawe ibarabara ryabo+.

  • Imigani 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ku kijuju, gukora ivy’ubushirasoni* ni nk’ibikino+, ariko ubukerebutsi ni ubw’umuntu afise ugutahura+.

  • Imigani 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Inzira y’ikirari y’abagororotse ni ugukevya ngo ntibagwe mu bibi+. Uwuzigama inzira yiwe aba agumije ubuzima bwiwe+.

  • 1 Abakorinto 9:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Vyongeye, umuntu wese agira uruhara mw’ihiganwa arigumya+ muri vyose. Abo nkako babigira kugira baronke urugori+ rubora, mugabo twebwe tubigira kugira turonke urutabora+.

  • Abagalatiya 5:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 ubwitonzi, ukwigumya+. Ibintu mwene ivyo nta tegeko ribibuza+.

  • 2 Petero 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ubumenyi bwanyu muburonse ukwigumya, ukwigumya+ kwanyu mukuronse ukwihangana, ukwihangana kwanyu mukuronse ukwihebera Imana+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika