Zaburi 119:101 Bibiliya y’isi nshasha 101 Natangiriye ibirenge vyanje ndabibuza umunyuro mubi wose+,Kugira ngumye ijambo ryawe+. Luka 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ngira mpaguruke mfate urugendo+ nje kwa dawe ndamubwire nti: “Da, naracumuye ku Mana* no kuri wewe+. 2 Abakorinto 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Gume musuzuma yuko muri mu kwizera, gume mwerekana ico mwebwe ubwanyu muri+. Canke ntimuzi yuko Yezu Kristu yunze ubumwe namwe+? Kiretse nimba mutemewe. Abanyefeso 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko rero mugume muraba neza ukuntu mugenda+, ntimugende nk’abatagira ubukerebutsi ariko mugende nk’abantu b’inkerebutsi,
18 Ngira mpaguruke mfate urugendo+ nje kwa dawe ndamubwire nti: “Da, naracumuye ku Mana* no kuri wewe+.
5 Gume musuzuma yuko muri mu kwizera, gume mwerekana ico mwebwe ubwanyu muri+. Canke ntimuzi yuko Yezu Kristu yunze ubumwe namwe+? Kiretse nimba mutemewe.
15 Nuko rero mugume muraba neza ukuntu mugenda+, ntimugende nk’abatagira ubukerebutsi ariko mugende nk’abantu b’inkerebutsi,