2 Samweli 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+. Zaburi 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+. Daniyeli 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 twaracumuye+, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha, turagarariza+; twarakebeje tuva ku mabwirizwa yawe no ku ngingo zawe z’ubutungane*+. Daniyeli 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ewe Yehova, twebwe dufise ibimaramare ku maso yacu, twe n’abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu, kuko twagucumuyeko+. 1 Yohani 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Iyo twemeye icese ibicumuro vyacu+, Imana ni inyizigirwa ikaba n’iyigororotse kugira ngo itubabarire ibicumuro vyacu yongere itwoze ukutagororoka kwose+.
13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+.
4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.
5 twaracumuye+, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha, turagarariza+; twarakebeje tuva ku mabwirizwa yawe no ku ngingo zawe z’ubutungane*+.
8 “Ewe Yehova, twebwe dufise ibimaramare ku maso yacu, twe n’abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu, kuko twagucumuyeko+.
9 Iyo twemeye icese ibicumuro vyacu+, Imana ni inyizigirwa ikaba n’iyigororotse kugira ngo itubabarire ibicumuro vyacu yongere itwoze ukutagororoka kwose+.