ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Hazovumwa icamwa c’inda yawe+, n’icamwa c’ubutaka bwawe+, imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+.

  • Yeremiya 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko urupfu ruduze rugaca mu madirisha yacu; rwinjiye mu minara yacu yo kubamwo, kugira ngo rurandure umwana mw’ibarabara, rurandure n’umusore mu bibanza vya bose+.’

  • Ezekiyeli 24:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 ‘Bwira inzu ya Isirayeli uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira mpumanye aheranda hanje+, ubwishime bw’inkomezi zanyu+, ca kintu gihimbara amaso yanyu+ kikaba n’ico umutima wanyu ugirira impuhwe; kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu mwasize inyuma, bazogwishwa n’inkota+.

  • Hoseya 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko naho barera abana babo, nzobahekura ntihagire umuntu asigara+; kuko . . ., emwe, bazoba bigorewe ninabaheba+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika