ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ntukavyunamire canke ngo wemere kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+;

  • Gucura intimba 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Amaso yanje yarangiriye mu mosozi+. Amara yanje ariko aradobangana+.

      Igitigu canje casutswe hasi+, kubera ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+,

      Kubera abana be n’abonka barabiye mu bibanza vya bose vyo mu gisagara+.

  • Gucura intimba 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Haguruka! Anīra mw’ijoro, mu ntango y’amaterama+ yo mu gatondo.

      Suka umutima wawe+ nk’amazi imbere y’amaso+ ya Yehova.

      Duza ibiganza+ uvyerekeza kuri we kubera ubuzima bw’abana bawe,

      Bariko barabikwa n’ikigoyi mw’ihuriro ry’amabarabara yose+.

  • Gucura intimba 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Amaboko y’abagore b’abanyempuhwe yatetse abana babo+.

      Babereye abantu nk’umukate w’uruhoza mu gihe c’ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+.

  • Hoseya 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko naho barera abana babo, nzobahekura ntihagire umuntu asigara+; kuko . . ., emwe, bazoba bigorewe ninabaheba+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika