Gucura intimba 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi. Amara yanje ariko aradobangana+.Umutima wanje wacurangukiye muri jewe+, kuko nagararije koko+.Hanze inkota yarahekuye+. Mu nzu na ho nyene ni urupfu+.
20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi. Amara yanje ariko aradobangana+.Umutima wanje wacurangukiye muri jewe+, kuko nagararije koko+.Hanze inkota yarahekuye+. Mu nzu na ho nyene ni urupfu+.