ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ijisho ryanje ricitse goyigoyi kubera umwikomo+,

      Rirashaje kubera abo bose banyanka+.

  • Gucura intimba 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Jewe umugore, ivyo bintu ni vyo biriko bindiza+. Ijisho ryanje, ijisho ryanje ririko ritemba amazi+.

      Kuko umuhoza yabaye kure yanje, uwohembura umutima wanje.

      Abana banje bagizwe umusaka+, kuko umwansi yihambaje+.

  • Gucura intimba 3:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Ijisho ryanje riguma ritemba imigezi y’amazi kubera ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika