Yeremiya 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira niteho ivyabo. Imisore izokwicwa n’inkota+. Abahungu babo n’abakobwa babo bazokwicwa n’ikigoyi+. Gucura intimba 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Haguruka! Anīra mw’ijoro, mu ntango y’amaterama+ yo mu gatondo.Suka umutima wawe+ nk’amazi imbere y’amaso+ ya Yehova.Duza ibiganza+ uvyerekeza kuri we kubera ubuzima bw’abana bawe,Bariko barabikwa n’ikigoyi mw’ihuriro ry’amabarabara yose+. Gucura intimba 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ururimi rw’umwana yonka rwamase ku magage yiwe kubera inyota+.Abana basavye umukate+. Nta n’umwe awubaha+.
22 ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira niteho ivyabo. Imisore izokwicwa n’inkota+. Abahungu babo n’abakobwa babo bazokwicwa n’ikigoyi+.
19 Haguruka! Anīra mw’ijoro, mu ntango y’amaterama+ yo mu gatondo.Suka umutima wawe+ nk’amazi imbere y’amaso+ ya Yehova.Duza ibiganza+ uvyerekeza kuri we kubera ubuzima bw’abana bawe,Bariko barabikwa n’ikigoyi mw’ihuriro ry’amabarabara yose+.
4 Ururimi rw’umwana yonka rwamase ku magage yiwe kubera inyota+.Abana basavye umukate+. Nta n’umwe awubaha+.