Zaburi 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+. Gucura intimba 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso yanje yarangiriye mu mosozi+. Amara yanje ariko aradobangana+.Igitigu canje casutswe hasi+, kubera ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+,Kubera abana be n’abonka barabiye mu bibanza vya bose vyo mu gisagara+.
15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+.
11 Amaso yanje yarangiriye mu mosozi+. Amara yanje ariko aradobangana+.Igitigu canje casutswe hasi+, kubera ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+,Kubera abana be n’abonka barabiye mu bibanza vya bose vyo mu gisagara+.