ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 44:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ehe nguma ndarikanuye ku biberekeye, kugira ndabateze ivyago atari ukugira ngo ndabagirire neza+; kandi abagabo ba Yuda bose bari mu gihugu ca Misiri bazomarwa n’inkota n’ikigoyi, gushika bazimanganye+.

  • Ezekiyeli 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ica gatatu cawe, bazokwicwa n’ikiza+, barangizwe n’ikigoyi hagati muri wewe+. Ica gatatu kindi, bazogwishwa n’inkota irya n’ino yawe. Ica gatatu ca nyuma na co, nzogisanzariza mu miyaga yose+, kandi inkota ni yo nzosokora inyuma yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika