Gusubira mu vyagezwe 28:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+. Yesaya 59:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma ubutungane bwagiye kure yacu, n’ubugororotsi ntibuduhamvye. Tuguma twiteze umuco, mugabo ehe, tubona umwiza; tuguma twiteze ukwakaka, mugabo twagumye tugendera mu muzimagiza w’urudaca+. Yeremiya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+.
29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.
9 Ni co gituma ubutungane bwagiye kure yacu, n’ubugororotsi ntibuduhamvye. Tuguma twiteze umuco, mugabo ehe, tubona umwiza; tuguma twiteze ukwakaka, mugabo twagumye tugendera mu muzimagiza w’urudaca+.
16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+.