Zaburi 51:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ese wonyumvisha ijwi ry’umwigino n’umunezero+,Kugira ngo amagufa wajanjaguye agire akanyamuneza+. Yesaya 38:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nihorosheje gushika mu gitondo+.Kurya kw’intambwe, ni ko aguma amenagura amagufa yanje+;Kuva ku murango gushika mw’ijoro, uguma untanga+. Yeremiya 50:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Isirayeli ni intama ishwiragijwe+. Intambwe zamushwiragije+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yaramurokeje+, ubu na ho Nebukadirezari umwami wa Babiloni agugunye amagufa yiwe+.
13 Nihorosheje gushika mu gitondo+.Kurya kw’intambwe, ni ko aguma amenagura amagufa yanje+;Kuva ku murango gushika mw’ijoro, uguma untanga+.
17 “Isirayeli ni intama ishwiragijwe+. Intambwe zamushwiragije+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yaramurokeje+, ubu na ho Nebukadirezari umwami wa Babiloni agugunye amagufa yiwe+.