Yobu 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni co gituma nisubiyeko,Nkigaya+ koko ndi mu mukungugu no mu minyota.” Ezekiyeli 16:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 kugira ngo wibuke, umaramare vy’ukuri+, ntiwongere kugira imvo n’imwe yo guteranura akanwa+ kubera uguteterwa kwawe, ninagutangira impongano*+ ku vyo wakoze vyose,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”
63 kugira ngo wibuke, umaramare vy’ukuri+, ntiwongere kugira imvo n’imwe yo guteranura akanwa+ kubera uguteterwa kwawe, ninagutangira impongano*+ ku vyo wakoze vyose,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”