ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ndaheza mvuga+ nti: “Ewe Mana yanje, numva koko maramaye+ kandi mfise ubuyega+ ku buryo ntoraramurira mu maso hanje kuri wewe, ewe Mana yanje, kuko amakosa+ yacu yagwiriye ku mutwe wacu, ukwagirwa n’icaha kwacu na kwo kukaba kwabaye kwinshi gushika no mu majuru+.

  • Yobu 40:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 “Raba! Nsigaye ndi umuntu atagira ikintu kinini amaze+.

      Mbega nkwishure iki?

      Nshize ukuboko ku munwa+.

  • Zaburi 51:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ibimazi bihabwa Imana ni umutima umenaguritse+;

      Umutima umenaguritse kandi ujanjaguritse, ewe Mana, ntuzowusuzugura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika