ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mugabo bamubwira bati: “Tekereza. Shira ikiganza cawe ku munwa, uheze ujane natwe utubere data+ be n’umuherezi+. Mbega icoba ciza kuruta, ni uko wobandanya kuba umuherezi w’inzu y’umuntu umwe+ canke ko uba umuherezi w’umuryango n’inzu muri Isirayeli+?”

  • Yobu 29:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Abaganwa ubwabo baratangīra amajambo,

      Bagashira ukuboko ku munwa+.

  • Zaburi 39:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Nagumye ndi nk’ikiragi+; sinashoboye gukurako umunwa+,

      Kuko wewe ubwawe wagize ico ukoze+.

  • Imigani 30:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nimba wakoze nk’imburabwenge mu kwiduza+, kandi nimba wabishinzeko ivyiyumviro vyawe, shira ukuboko ku munwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika