Yesaya 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni co gituma abantu banje bazobwirizwa kuja mu bunyagano kubera ukutagira ubumenyi+; kandi ubuninahazwa bwabo buzoba abagabo bishwe n’ikigoyi+, n’isinzi ryabo rizogaduka kubera inyota+.
13 Ni co gituma abantu banje bazobwirizwa kuja mu bunyagano kubera ukutagira ubumenyi+; kandi ubuninahazwa bwabo buzoba abagabo bishwe n’ikigoyi+, n’isinzi ryabo rizogaduka kubera inyota+.