Yesaya 59:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukuri kurabuze+, kandi uwukevya agaheba ububi wese aranyagwa+. Kandi Yehova yarabibonye, biba bibi mu maso yiwe kubona ata butungane bwariho+. Habakuki 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ufise amaso atyoroye rwose ku buryo utoraba ikibi; ntushobora kwitegereza ivyago+. Kubera iki witegereza ibihemu+, ukaguma winumiye igihe umubisha amira uwumurusha ubugororotsi+?
15 Ukuri kurabuze+, kandi uwukevya agaheba ububi wese aranyagwa+. Kandi Yehova yarabibonye, biba bibi mu maso yiwe kubona ata butungane bwariho+.
13 Ufise amaso atyoroye rwose ku buryo utoraba ikibi; ntushobora kwitegereza ivyago+. Kubera iki witegereza ibihemu+, ukaguma winumiye igihe umubisha amira uwumurusha ubugororotsi+?