Zaburi 119:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Nararimbuye inzira zanje+,Kugira nsubize ibirenge vyanje ku vyibutsa vyawe+. Ezekiyeli 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Niyabibona+ maze agahindukira akava mu bigabitanyo vyiwe vyose yakoze+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+. Hagayi 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Nimushire umutima ku nzira zanyu+.
28 Niyabibona+ maze agahindukira akava mu bigabitanyo vyiwe vyose yakoze+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+.