ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 19:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Uwabibona wese yavuga ati: “Ibintu nk’ibi ntivyari bwigere biba canke biboneka kuva umusi bene Isirayeli baduga bavuye mu gihugu ca Misiri gushika uyu musi. Nimubishireko umutima, muje inama+, mugire ico muvuze.”

  • Zaburi 119:59
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  59 Nararimbuye inzira zanje+,

      Kugira nsubize ibirenge vyanje ku vyibutsa vyawe+.

  • Gucura intimba 3:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Duserangure inzira zacu, tuzigendure+, maze tugaruke kuri Yehova+.

  • Malaki 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nimutumviriza+, kandi nimutashira ku mutima+ ivyo guha ubuninahazwa izina ryanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nanje sinzobura kubarungikako umuvumo+, mvume imihezagiro yanyu+. Egome, mbere umuhezagiro narawuvumye, kuko mutabishira ku mutima.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika