ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 74:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ibuka ibi: Umwansi yagusize iceyi, ewe Yehova+,

      Kandi igisata c’abantu c’imburabwenge cagaye izina ryawe+.

  • Zaburi 89:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Ewe Yehova, ibuka iceyi kiri ku basavyi bawe+,

      Ingene ntwara mu gikiriza iceyi c’ibisata vy’abantu vyinshi vyose+,

  • Yeremiya 11:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nari meze nk’umwagazi w’intama w’isuguru utekereje, ujanywe gukererwa+, nkaba ntari nzi yuko ari jewe bariko bagīra imigambi mibi+, bati: “Duhonereze hamwe igiti n’ibifungurwa vyaco, tumurandure mu gihugu c’abazima+, kugira ngo izina ryiwe ntirisubire kwibukwa.”

  • Yeremiya 18:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko bavuga bati: “Nimuze twiyumvire ivyiyumviro vyo kugirira nabi Yeremiya+, kuko itegeko ritazova ku muherezi+ canke ngo impanuro ive ku muntu w’inkerebutsi canke ngo ijambo rive ku muhanuzi+. Nimuze tumukubitishe ururimi+, kandi ntihagire na rimwe mu majambo yiwe twumviriza.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika