ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 30:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi ruzomenagurwa nk’igihe bamenagura umubindi munini w’ababumvyi+, uwo bajanjagura ata wuwuziguriza, ku buryo mu tuvunji twawo tujanjaguwe ata wushobora gusangamwo urujo rwo kurahuza umuriro mu ziko canke rwo kuyoza amazi ahantu h’urushanga+.”

  • Yeremiya 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ukwo ni ko nzosavya aba bantu n’iki gisagara, nk’uko umuntu asavya icombo c’umubumvyi ku buryo kidashobora kwongera gusanasanwa+; kandi bazohamba i Tofeti+ gushika aho hadasigara ahantu ho guhamba+.”’

  • Yeremiya 22:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Mbega uyu mugabo Koniya+ ni ikibumbano gisuzuguritse, gisabijwe+, canke icombo kidahimbaye+? Kubera iki we n’uruvyaro rwiwe boraririzwa hasi, bagatererwa mu gihugu batamenye+?’

  • Gucura intimba 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Abaganwa ubwabo bamanikiwe ku kuboko kwabo+. Mu maso h’abatama ntihatewe iteka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika