ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 102:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ariko wewe wama uri wa wundi, kandi imyaka yawe ntizohera+.

  • Zaburi 145:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ingoma yawe ni ingoma y’ibihe vyose bitagira urugero+,

      Kandi inganji yawe irabandanya mu mayaruka akurikirana yose+.

  • Zaburi 146:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova azoba umwami gushika igihe kitagira urugero+,

      Imana yawe, ewe Siyoni, izoba umwami uko iyaruka rikurikira irindi+.

      Shemeze Ya+!

  • Habakuki 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ewe Yehova, mbega ntiwamyeho kuva kera+? Ewe Mana yanje, Mweranda wanje, wewe ntupfa+. Ewe Yehova, warishizeho ku bwo gushitsa urubanza; ewe Gitandara+, warishizeho ku bwo gukangira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika