ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Batanguye kuvuza inzamba, abantu baca barasemerera+. Nuko abantu bakimara kwumva ijwi ry’inzamba hanyuma bagatangura kuvuza akaruru k’intambara gakomeye, uruhome ruca rutangura guhomvokera hasi+. Inyuma y’ivyo, abantu baduga mu gisagara, umwe wese atumbereye imbere yiwe, maze bafata nya gisagara.

  • 1 Samweli 17:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko Dawidi avyuka kare mu gitondo, asigarana intama umurinzi maze atora ivyo ajana araheza aragenda, nk’uko Yese yari yamutegetse+. Igihe yashika imbere mw’ikambi+, inteko za gisirikare zariko zirasohoka zija gutonda urugamba+, maze zivuza akaruru k’intambara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika