-
Esiteri 1:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Hariho ilino, ipampa ryiza n’ibitambara vy’ubururu+ bifashwe n’imigozi y’igitambara ciza, hakaba n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+ bufashe ku mpeta z’ifeza, hakaba n’inkingi z’amabuye ya marimari be n’amariri+ y’inzahabu n’ifeza hasi kw’isaso ry’amabuye y’ibara, n’aya marimari n’imaragarita n’amabuye ya marimari yirabura.
-