Nehemiya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abanyatiro+ baba mu gisagara, bakaba barazana amafi n’ubwoko bwose bw’ibidandazwa+ bakabigurisha kw’isabato kuri bene Yuda n’i Yeruzalemu. Ezekiyeli 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ivyo mu bubiko bwawe+ vyarasohoka bivuye mu kiyaga+, ugahaza ibisata vyinshi vy’abantu+. Watungishije abami b’isi ubwinshi bw’ibintu vyawe vy’agaciro be n’ibikabwa vyawe+. Ezekiyeli 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Biciye ku bukerebutsi bwawe bwinshi+, ku bidandazwa vyawe+, wagwije ubutunzi bwawe+, umutima wawe uca utangura kwibona kubera nya butunzi bwawe+.”’ Ezekiyeli 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘“Bivuye ku bwinshi bw’amakosa yawe+, kubera akarenganyo k’ibidandazwa vyawe+, warahumanije ibibanza vyawe vyeranda. Nzozana umuriro ndawukuye hagati muri wewe. Emwe, ni wo uzokurigata+. Nzokugira iminyota kw’isi, mu maso y’abakubona bose+. Zakariya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Tiro yiyubakiye igikuta, yirundira ifeza nk’umukungugu be n’inzahabu nk’urwondo rwo mu mabarabara+.
16 Abanyatiro+ baba mu gisagara, bakaba barazana amafi n’ubwoko bwose bw’ibidandazwa+ bakabigurisha kw’isabato kuri bene Yuda n’i Yeruzalemu.
33 Ivyo mu bubiko bwawe+ vyarasohoka bivuye mu kiyaga+, ugahaza ibisata vyinshi vy’abantu+. Watungishije abami b’isi ubwinshi bw’ibintu vyawe vy’agaciro be n’ibikabwa vyawe+.
5 Biciye ku bukerebutsi bwawe bwinshi+, ku bidandazwa vyawe+, wagwije ubutunzi bwawe+, umutima wawe uca utangura kwibona kubera nya butunzi bwawe+.”’
18 “‘“Bivuye ku bwinshi bw’amakosa yawe+, kubera akarenganyo k’ibidandazwa vyawe+, warahumanije ibibanza vyawe vyeranda. Nzozana umuriro ndawukuye hagati muri wewe. Emwe, ni wo uzokurigata+. Nzokugira iminyota kw’isi, mu maso y’abakubona bose+.
3 Tiro yiyubakiye igikuta, yirundira ifeza nk’umukungugu be n’inzahabu nk’urwondo rwo mu mabarabara+.