Yesaya 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nko kuri ya nkuru yerekeye Misiri+, ni ko abantu bazogira ububabare bukaze ku nkuru ya Tiro+. Ezekiyeli 27:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi mu gucura intimba kwabo bazokuririmbira koko akaririmbo k’intimba, baririmbane agahinda ku bikwerekeye+ bati: “‘“‘Ni nde ari nka Tiro+, nk’umwe anumirijwe hagati mu kiyaga+?
32 Kandi mu gucura intimba kwabo bazokuririmbira koko akaririmbo k’intimba, baririmbane agahinda ku bikwerekeye+ bati: “‘“‘Ni nde ari nka Tiro+, nk’umwe anumirijwe hagati mu kiyaga+?