ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 20:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko baza kumusugereza i Abeli h’i Beti-mayaka maze bubakira ico gisagara igikuta co kugisugereza+, kuko ico gisagara cari cubatswe imbere mu gikuta. Kandi abantu bose bari kumwe na Yowabu bariko bimba uruhome, kugira ngo barusenyurire hasi.

  • Yeremiya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Nimwicire ibiti+, mudugirize Yeruzalemu igikuta co kumusugereza+. Ni igisagara gitegerezwa kugira ico kibazwa+. Hagati muri we ni agahahazo gusa+.

  • Yeremiya 32:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ehe abantu baje kuri iki gisagara n’ibikuta vyo kugisugereza+ kugira bagifate+, kandi iki gisagara kizotangwa koko mu kuboko kw’Abakaludaya bariko bakirwanya+, ku bw’inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+; ivyo wavuze birabaye, kandi ehe uravyibonera+.

  • Ezekiyeli 26:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ibisagara bigukukira vyo mu gahinga azovyicisha inkota, kandi azokwubaka vy’ukuri uruhome rwo kugusugereza, aduze igikuta co kugusugereza+, yongere agutarikire inkinzo yagutse;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika