Yesaya 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova nyen’ingabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo+, kugira ngo ubwishime bw’ubwiza bwose buhumanywe+, kugira ngo abantu b’iteka bo kw’isi bakengerwe+. Yeremiya 25:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko ntora nya gikombe mu kuboko kwa Yehova hanyuma ndakinywesha amahanga yose Yehova yari yantumyeko+, Yeremiya 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 n’abami bose ba Tiro+ n’abami bose ba Sidoni+ n’abami b’izinga riri mu karere k’ikiyaga; Yeremiya 47:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kubera umusi uje kunyaga Abafilisitiya bose+, kurandura muri Tiro+ no muri Sidoni+ uwacitse kw’icumu wese yariko arafasha+. Kuko Yehova agira anyage Abafilisitiya+, ari bo masigarira yo kw’izinga rya Kafutori+. Yoweli 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abahungu banyu n’abakobwa banyu nzobagurisha mu kuboko kw’abana ba Yuda+, na bo babagurishe ku bantu b’i Sheba+, kw’ihanga rya kure+; kuko Yehova ubwiwe abivuze.
9 Yehova nyen’ingabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo+, kugira ngo ubwishime bw’ubwiza bwose buhumanywe+, kugira ngo abantu b’iteka bo kw’isi bakengerwe+.
17 Nuko ntora nya gikombe mu kuboko kwa Yehova hanyuma ndakinywesha amahanga yose Yehova yari yantumyeko+,
4 kubera umusi uje kunyaga Abafilisitiya bose+, kurandura muri Tiro+ no muri Sidoni+ uwacitse kw’icumu wese yariko arafasha+. Kuko Yehova agira anyage Abafilisitiya+, ari bo masigarira yo kw’izinga rya Kafutori+.
8 Abahungu banyu n’abakobwa banyu nzobagurisha mu kuboko kw’abana ba Yuda+, na bo babagurishe ku bantu b’i Sheba+, kw’ihanga rya kure+; kuko Yehova ubwiwe abivuze.