Yeremiya 23:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu misi yiwe Yuda izokizwa+, kandi Isirayeli izokwibera mu mutekano+. Iri ni ryo zina azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.” Hoseya 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi, nzogirana isezerano n’igikoko co mu gahinga+ n’ikiremwa kiguruka co mu kirere n’igikwega inda hasi co ku butaka ku bwabo; kandi umuheto n’inkota n’intambara nzobivunagura ndabikure mu gihugu+, ntume baryama mu mutekano+.
6 Mu misi yiwe Yuda izokizwa+, kandi Isirayeli izokwibera mu mutekano+. Iri ni ryo zina azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.”
18 Kuri uwo musi, nzogirana isezerano n’igikoko co mu gahinga+ n’ikiremwa kiguruka co mu kirere n’igikwega inda hasi co ku butaka ku bwabo; kandi umuheto n’inkota n’intambara nzobivunagura ndabikure mu gihugu+, ntume baryama mu mutekano+.