ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Nya Mufilisitiya abandanya kubwira Dawidi ati: “Ingo gusa kuri jewe, maze inyama zawe ndazihe ibiguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba+.”

  • Yeremiya 7:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+.

  • Yeremiya 34:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 egome, nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi+.

  • Ezekiyeli 32:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ni ukuri, nzoguhebera i musozi. Nzogushiburira ku gahinga+. Kandi nzotuma ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyibera kuri wewe, ntume ibikoko vyo kw’isi yose bikurya bihage+.

  • Ezekiyeli 39:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uzogwa ku misozi ya Isirayeli+, mwe n’inteko zawe zose be n’ibisata vy’abantu bizoba biri kumwe nawe. Nzogutanga ubere indya inyoni zihiga, inyoni z’amababa y’ubwoko bwose, be n’ibikoko vyo mu gahinga+.”’

  • Ivyahishuwe 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 kugira ngo murye inyama+ z’abami n’inyama z’abakomanda ba gisirikare n’inyama z’abantu b’inkomezi+ n’inyama z’amafarasi+ n’iz’abayicayeko, n’inyama za bose, iz’abidegemvya n’iz’abashumba n’iz’abato n’abahambaye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika