Yesaya 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehova azokubita Misiri koko+. Hazoba ugukubita n’ugukiza+; kandi bazogaruka kuri Yehova+, na we azokunda bamwinginge, abakize+. Yeremiya 46:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Nzobatanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ no mu kuboko kw’abasuku biwe; inyuma y’aho, Misiri bazoyibamwo nko mu misi ya kera+,’ ni ko Yehova avuze.
22 Yehova azokubita Misiri koko+. Hazoba ugukubita n’ugukiza+; kandi bazogaruka kuri Yehova+, na we azokunda bamwinginge, abakize+.
26 “‘Nzobatanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ no mu kuboko kw’abasuku biwe; inyuma y’aho, Misiri bazoyibamwo nko mu misi ya kera+,’ ni ko Yehova avuze.