Zaburi 126:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ico gihe akanwa kacu karuzuye agatwengo+,Ururimi rwacu na rwo akamo k’umunezero+.Ico gihe batanguye kuvuga mu mahanga+ bati:“Yehova akoze ikintu gihambaye mu vyo abakoreye+.” Ezekiyeli 37:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndabashirako imitsi, ndabazaneko inyama, ndabomekeko urukoba, ndabashiremwo impemu, kandi muzoba bazima ata kabuza+; kandi muzomenya yuko jewe ndi Yehova+.”’”
2 Ico gihe akanwa kacu karuzuye agatwengo+,Ururimi rwacu na rwo akamo k’umunezero+.Ico gihe batanguye kuvuga mu mahanga+ bati:“Yehova akoze ikintu gihambaye mu vyo abakoreye+.”
6 Ndabashirako imitsi, ndabazaneko inyama, ndabomekeko urukoba, ndabashiremwo impemu, kandi muzoba bazima ata kabuza+; kandi muzomenya yuko jewe ndi Yehova+.”’”