ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi imana ata co zimaze zizogenda amazimayongo+.

  • Ezekiyeli 11:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi ntibazobura kujayo, bakureyo ibintu bisesemye vyaho vyose n’ibintu biteye ishishi vyaho vyose+.

  • Ezekiyeli 20:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Namwe ntimuzobura kuhibukira inzira zanyu+ n’ibikorwa vyanyu vyose mwihumanishije+, kandi muzokwumva koko mushishwe mu maso hanyu kubera ibintu vyanyu vyose bibi mwakoze+.

  • Hoseya 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’

      “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.”

  • Zakariya 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika