Gusubira mu vyagezwe 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nayo jewe, nzohisha koko mu maso hanje kuri uyo musi kubera ibibi vyose bakoze, kuko bahindukiriye izindi mana+. Zaburi 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, mu butoni bwawe watumye umusozi wanje uhagarara mu nkomezi+.Wahishije mu maso hawe, mpagarika umutima+. Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.
18 Nayo jewe, nzohisha koko mu maso hanje kuri uyo musi kubera ibibi vyose bakoze, kuko bahindukiriye izindi mana+.
7 Ewe Yehova, mu butoni bwawe watumye umusozi wanje uhagarara mu nkomezi+.Wahishije mu maso hawe, mpagarika umutima+.
2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.