Ezekiyeli 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Izina ryanje ryeranda nzorimenyekanisha hagati y’igisata canje Isirayeli, kandi sinzokwongera kureka ngo izina ryanje ryeranda rihumanywe+; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, Umweranda muri Isirayeli+.’ Hoseya 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’ “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.” Zakariya 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.
7 Izina ryanje ryeranda nzorimenyekanisha hagati y’igisata canje Isirayeli, kandi sinzokwongera kureka ngo izina ryanje ryeranda rihumanywe+; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, Umweranda muri Isirayeli+.’
8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’ “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.”
2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.