Gusubira mu vyagezwe 31:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko jewe nzi neza ubugarariji bwawe+ n’izosi ryawe ridadaraye+. Aho mwarinze mugarariza Yehova+ nkiri muzima kumwe namwe uno musi, hari akantu ninamara gupfa! Yesaya 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.” Yesaya 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ari igisata c’ikigarariji+, abana b’ababeshi+, abana batashatse kwumva itegeko rya Yehova+; Ezekiyeli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nayo bobo, bumva+ canke batumva+—nakare ni inzu y’ingarariji+—ntibazobura kumenya rero ko umuhanuzi yabaye hagati muri bo+.
27 Kuko jewe nzi neza ubugarariji bwawe+ n’izosi ryawe ridadaraye+. Aho mwarinze mugarariza Yehova+ nkiri muzima kumwe namwe uno musi, hari akantu ninamara gupfa!
20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”
5 Nayo bobo, bumva+ canke batumva+—nakare ni inzu y’ingarariji+—ntibazobura kumenya rero ko umuhanuzi yabaye hagati muri bo+.