Abalewi 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+. Abalewi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze adugana ya shūri+ y’ishikanwa ry’igicumuro hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambika ibiganza vyabo ku mutwe+ wayo.
3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+.
14 Maze adugana ya shūri+ y’ishikanwa ry’igicumuro hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambika ibiganza vyabo ku mutwe+ wayo.