-
Ezekiyeli 45:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Umukuru na we+, ni we azobazwa ivy’amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, n’ishikanwa ry’intete+, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+, mu kiringo c’imisi mikuru+ no mu kiringo c’imboneko z’ukwezi+ no mu kiringo c’amasabato+, mu biringo vyose vy’imisi mikuru y’inzu ya Isirayeli+. Ni we azozana ishikanwa ry’igicumuro, n’ishikanwa ry’intete, n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ibimazi vy’ugusangira, kugira ngo inzu ya Isirayeli itangirwe impongano.’
-