ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 45:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umukuru na we+, ni we azobazwa ivy’amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, n’ishikanwa ry’intete+, n’ishikanwa ry’ikinyobwa+, mu kiringo c’imisi mikuru+ no mu kiringo c’imboneko z’ukwezi+ no mu kiringo c’amasabato+, mu biringo vyose vy’imisi mikuru y’inzu ya Isirayeli+. Ni we azozana ishikanwa ry’igicumuro, n’ishikanwa ry’intete, n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ibimazi vy’ugusangira, kugira ngo inzu ya Isirayeli itangirwe impongano.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika