Yeremiya 44:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ehe nguma ndarikanuye ku biberekeye, kugira ndabateze ivyago atari ukugira ngo ndabagirire neza+; kandi abagabo ba Yuda bose bari mu gihugu ca Misiri bazomarwa n’inkota n’ikigoyi, gushika bazimanganye+.
27 Ehe nguma ndarikanuye ku biberekeye, kugira ndabateze ivyago atari ukugira ngo ndabagirire neza+; kandi abagabo ba Yuda bose bari mu gihugu ca Misiri bazomarwa n’inkota n’ikigoyi, gushika bazimanganye+.