ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi babandanya gukorera ibigirwamana vy’umwanda+, ivyo Yehova yari yarababwiye ku bivyerekeye ati: “Ntimuze mukore ico kintu+”;

  • 2 Abami 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vyongeye, igishusho c’ikibazano+ c’igikingi ceranda yari yarakoze, agishira mu nzu+ Yehova yari yarabwiye Dawidi na Salomo umuhungu wiwe ku biyerekeye ati: “Muri iyi nzu be n’i Yeruzalemu, aho natoye mu miryango yose ya Isirayeli, nzohashira izina ryanje gushika igihe kitagira urugero+.

  • Ezekiyeli 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Emwe, ibicaniro* vyanyu bizogirwa umusaka+, ibishirwako imibavu vyanyu na vyo bimenagurwe, kandi abagandaguwe banyu nzotuma bagwa imbere y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika