ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nibakubwira ngo: ‘Dusohoke tuje hehe?’, uze ubabwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Uwugenewe ikiza cica, naje ku kiza cica! Uwugenewe inkota, naje ku nkota! Uwugenewe ikigoyi, naje ku kigoyi+! Uwugenewe kugirwa imbohe na we, naje kugirwa imbohe+!”’

  • Yeremiya 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nayo wewe, ewe Pashuri, n’ababa mu nzu yawe bose, muzojanwa kugirwa imbohe+; uzoja i Babiloni maze upfireyo kandi ni yo uzohambwa mwe n’abakunzi bawe bose+, kuko wababwiye ubuhanuzi mu kinyoma+.’”

  • Yeremiya 44:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ntange Farawo Hofura, umwami wa Misiri+, mu kuboko kw’abansi biwe no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwiwe+, nk’uko natanze Zedekiya umwami wa Yuda mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umwansi wiwe akaba n’uwarondera ubuzima bwiwe+.”’”

  • Yeremiya 52:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko bamwe mu bantu batobato bo mu banyagihugu, n’amasigarira y’abantu bari basigaye mu gisagara+, n’abari bataye bakomokera ku mwami wa Babiloni, n’amasigarira y’abakozi b’abahanga, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abatwara mu bunyagano+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika