ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+.

  • Kuvayo 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko bene Isirayeli bararondoka, batangura kugwirirana; kandi baguma bagwira bongera barushiriza gukomera ku rugero rudasanzwe, ku buryo buzura ico gihugu+.

  • Kuvayo 12:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Bene Isirayeli rero bava i Ramesesi+ baja i Sukoti+, ari igitigiri c’abantu b’abagabo ibihumbi amajana atandatu bari ku maguru, hatarimwo abana batoyi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova Imana yanyu yarabagwije, none ehe uno musi muri nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.

  • Ivyakozwe 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Igihe kiriko kiregereza c’uko umuhango Imana yari yahaye Aburahamu icese uranguka, nya bantu barongerekana, baragwira mu Misiri+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika