Itanguriro 24:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Nca ndamubaza nti: ‘Uri umukobwa wa nde+?’ Na we ati: ‘Umukobwa wa Betuweli mwene Nahori, uwo Milika yamuvyariye.’ Naciye rero nshira ku zuru ryiwe impeta yo ku zuru n’ibikomo ku maboko yiwe+. Yesaya 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 impeta z’intoki n’impeta z’izuru+,
47 Nca ndamubaza nti: ‘Uri umukobwa wa nde+?’ Na we ati: ‘Umukobwa wa Betuweli mwene Nahori, uwo Milika yamuvyariye.’ Naciye rero nshira ku zuru ryiwe impeta yo ku zuru n’ibikomo ku maboko yiwe+.